ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kandi nawe ga mukama wanje umwami, amaso+ ya Isirayeli yose ari kuri wewe, kugira ngo uyibwire uwugiye kwicara ku ntebe y’ubwami y’umukama wanje umwami mu nyuma ziwe+.

  • 2 Ngoma 9:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Salomo aganza Isirayeli yose i Yeruzalemu imyaka mirongo ine.

  • Umusiguzi 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Jewe umukoranyashengero narabaye umwami aganza Isirayeli i Yeruzalemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika