Luka 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha. Abakolosayi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Muri we ni ho itunga ryose ry’ubukerebutsi n’ubumenyi ryahishijwe bimwe vyitondewe+.
31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.