Kuvayo 29:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kuri ya mpfizi y’intama ikiri nto ya mbere, hazozanwa ic’icumi c’ingero ya efa y’ifu inoze+ ibombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta asekuye, n’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ry’ica kane ca hini y’umuvinyu. Abalewi 24:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Tegeka bene Isirayeli bakuronse amavuta y’umwelayo atavanze, asekuye, y’igitangamuco+, kugira amatara yatswe nantaryo+.
40 Kuri ya mpfizi y’intama ikiri nto ya mbere, hazozanwa ic’icumi c’ingero ya efa y’ifu inoze+ ibombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta asekuye, n’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ry’ica kane ca hini y’umuvinyu.
2 “Tegeka bene Isirayeli bakuronse amavuta y’umwelayo atavanze, asekuye, y’igitangamuco+, kugira amatara yatswe nantaryo+.