2 Ngoma 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Salomo aharura abantu bose ba kavamahanga bari mu gihugu ca Isirayeli+, inyuma y’urusansuma Dawidi se wiwe yari yarabagiriye+; haboneka ibihumbi ijana na mirongo itanu na bitatu n’amajana atandatu.
17 Maze Salomo aharura abantu bose ba kavamahanga bari mu gihugu ca Isirayeli+, inyuma y’urusansuma Dawidi se wiwe yari yarabagiriye+; haboneka ibihumbi ijana na mirongo itanu na bitatu n’amajana atandatu.