14 Yarabarungika i Libani ari ibihumbi cumicumi ku kwezi, bakaza barakurakuranwa. Ukwezi kumwe bakumara i Libani, amezi abiri bakayamara mu ngo zabo+; Adoniramu+ ni we yagaba abagenewe+ ibikorwa vy’agahato+.
8 mu bahungu babo bari barasigaye inyuma yabo mu gihugu, abo bene Isirayeli batari baratikije+, ni ho Salomo yagumye akura+ abo gukoresha ibikorwa vy’agahato, gushika n’uyu musi+.