Yosuwa 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi ntibirukanye Abanyakanani+ baba i Gezeri+; Abanyakanani baracaba muri Efurayimu gushika n’uyu musi+, mugabo bahavuye bakoreshwa ibikorwa vy’agahato vy’ubushumba+. 2 Ngoma 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Salomo aharura abantu bose ba kavamahanga bari mu gihugu ca Isirayeli+, inyuma y’urusansuma Dawidi se wiwe yari yarabagiriye+; haboneka ibihumbi ijana na mirongo itanu na bitatu n’amajana atandatu.
10 Kandi ntibirukanye Abanyakanani+ baba i Gezeri+; Abanyakanani baracaba muri Efurayimu gushika n’uyu musi+, mugabo bahavuye bakoreshwa ibikorwa vy’agahato vy’ubushumba+.
17 Maze Salomo aharura abantu bose ba kavamahanga bari mu gihugu ca Isirayeli+, inyuma y’urusansuma Dawidi se wiwe yari yarabagiriye+; haboneka ibihumbi ijana na mirongo itanu na bitatu n’amajana atandatu.