Yosuwa 15:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Ariko Abayebusi+ baba i Yeruzalemu+ bene Yuda ntibashoboye kubirukana+; kandi Abayebusi baracabana na bene Yuda i Yeruzalemu gushika n’uyu musi. Yosuwa 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Manase ntibashoboye kwigarurira ivyo bisagara+, mugabo Abanyakanani baragagaje babandanya kuba muri ico gihugu+. Zaburi 106:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ntibazimanganije ibisata vy’abantu+,Nk’uko Yehova yari yababwiye+.
63 Ariko Abayebusi+ baba i Yeruzalemu+ bene Yuda ntibashoboye kubirukana+; kandi Abayebusi baracabana na bene Yuda i Yeruzalemu gushika n’uyu musi.
12 Bene Manase ntibashoboye kwigarurira ivyo bisagara+, mugabo Abanyakanani baragagaje babandanya kuba muri ico gihugu+.