1 Ngoma 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi uri kumwe n’abazokora ico gikorwa benshi, ababaji b’amabuye n’abakora mu vy’amabuye+ n’ibiti, n’umuntu wese w’umuhanga mu gikorwa c’ubwoko bwose+.
15 Kandi uri kumwe n’abazokora ico gikorwa benshi, ababaji b’amabuye n’abakora mu vy’amabuye+ n’ibiti, n’umuntu wese w’umuhanga mu gikorwa c’ubwoko bwose+.