ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 28:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+.

  • 1 Abakorinto 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko ata muntu ashobora gushinga uwundi mushinge+ atari uwashinzwe, ari wo Yezu Kristu+.

  • 1 Petero 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko Icanditswe kivuga ngo: “Ehe ndiko nshira i Siyoni ibuye, iryatowe, ibuye ry’umushinge rigumya imfuruka, ry’agaciro; kandi nta n’umwe aryizera azogenda ateterewe+.”

  • Ivyahishuwe 21:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Uruhome rw’ico gisagara na rwo nyene rwari rufise amabuye y’umushinge+ cumi n’abiri, kandi kuri yo hari amazina cumi n’abiri ya za ntumwa cumi na zibiri+ za wa Mwagazi w’intama.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika