Ezekiyeli 41:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ivyumba vyo mu mbavu vyari bigerekeranye mu magorofa atatu, ari mirongo itatitatu; kandi vyarinjira mu ruhome rw’iyo nzu, ni ukuvuga ivyumba vyo mu mbavu irya n’ino, kugira ngo bifate, mugabo ntivyari bifashe mu ruhome rwa nya nzu+.
6 Ivyumba vyo mu mbavu vyari bigerekeranye mu magorofa atatu, ari mirongo itatitatu; kandi vyarinjira mu ruhome rw’iyo nzu, ni ukuvuga ivyumba vyo mu mbavu irya n’ino, kugira ngo bifate, mugabo ntivyari bifashe mu ruhome rwa nya nzu+.