ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Icumba co mu mbavu co hasi y’ibindi cari gifise ubwaguke bw’amatambwe atanu, ico hagati cari gifise ubwaguke bw’amatambwe atandatu, ikigira gatatu na co kikagira ubwaguke bw’amatambwe indwi; kuko iyo nzu yari yayihaye ahantu haniguye+ hanze, irya n’ino, kugira ngo ntihagire ikintu cinjira mu mpome z’iyo nzu+.

  • 1 Abami 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yubaka kandi kuri iyo nzu yose ivyumba vyo mu mbavu+ bifise amahagarara y’amatambwe atanu, bikaba vyafatanywa kuri nya nzu n’imbaho+ z’ibiti vy’amasederi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika