1 Abami 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Natani+ abwira Bati-sheba+ nyina wa Salomo+ ati: “Mbega ntiwumvise yuko Adoniya mwene Hagiti+ yabaye umwami, kandi umukama wacu Dawidi akaba ata co abiziko namba?
11 Nuko Natani+ abwira Bati-sheba+ nyina wa Salomo+ ati: “Mbega ntiwumvise yuko Adoniya mwene Hagiti+ yabaye umwami, kandi umukama wacu Dawidi akaba ata co abiziko namba?