Abanyefeso 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mu bumwe na we inyubakwa yose, mu kuba ifatanirijwe hamwe ikanywana+, irakura ikaba urusengero rweranda ku bwa Yehova+. 1 Petero 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+.
21 Mu bumwe na we inyubakwa yose, mu kuba ifatanirijwe hamwe ikanywana+, irakura ikaba urusengero rweranda ku bwa Yehova+.
5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+.