ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Ku mugwi umwe w’amashami hari ibikombe bitatu vy’imero y’amashurwe ya shakedi, amapfundo n’amashurwe bigakurakuranwa. Ku wundi mugwi w’amashami hari ibikombe bitatu vy’imero y’amashurwe ya shakedi, amapfundo n’amashurwe bigakurakuranwa+. Ukwo ni ko biri ku mashami atandatu ava muri nya gitereko c’amatara.

  • 1 Abami 7:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Intimbatimba yaco yangana n’ubwaguke bw’ikiganza+; imbiga yaco na yo yari ihinguwe nk’imbiga y’igikombe, nk’ishurwe ry’ilisi+. Cajamwo ingero za bati+ ibihumbi bibiri*+.

  • 1 Abami 7:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 n’ibitereko vy’amatara+, bitanu iburyo na bitanu ibubamfu imbere y’icumba c’ahitereye, mu nzahabu itavanze+, n’amashurwe+ n’amatara+ n’udupensi+, mu nzahabu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika