2 Ngoma 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gutyo abo bakerubi bama bashanje amababa yabo hejuru y’ikibanza c’iyo Sandugu, ku buryo abo bakerubi bari bapfukiye hejuru+ nya Sandugu n’iminiho yayo+.
8 Gutyo abo bakerubi bama bashanje amababa yabo hejuru y’ikibanza c’iyo Sandugu, ku buryo abo bakerubi bari bapfukiye hejuru+ nya Sandugu n’iminiho yayo+.