2 Ngoma 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ibaba ry’umwe muri abo bakerubi, iryareha n’amatambwe atanu, ryakora ku ruhome rwa nya nzu, irindi baba na ryo, iryareha n’amatambwe atanu, rigakoranako n’ibaba ry’uwundi mukerubi+. 2 Ngoma 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gutyo abo bakerubi bama bashanje amababa yabo hejuru y’ikibanza c’iyo Sandugu, ku buryo abo bakerubi bari bapfukiye hejuru+ nya Sandugu n’iminiho yayo+.
12 Ibaba ry’umwe muri abo bakerubi, iryareha n’amatambwe atanu, ryakora ku ruhome rwa nya nzu, irindi baba na ryo, iryareha n’amatambwe atanu, rigakoranako n’ibaba ry’uwundi mukerubi+.
8 Gutyo abo bakerubi bama bashanje amababa yabo hejuru y’ikibanza c’iyo Sandugu, ku buryo abo bakerubi bari bapfukiye hejuru+ nya Sandugu n’iminiho yayo+.