13 Za nkingi+ z’umujumpu zari mu nzu ya Yehova, na ya mashareti+ be na ca kiyaga c’umujumpu+ vyari mu nzu ya Yehova, Abakaludaya barabimenagura baraheza batwara umujumpu wavyo i Babiloni+.
12 Za nkingi zibiri+ na ya mitwe y’inkingi+ yibumvye yari hejuru kuri izo nkingi zibiri, na za nsenga+ zibiri zo gupfuka nya mitwe y’inkingi yibumvye yari hejuru kuri izo nkingi,