ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 33:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Aho abantu bumviye iryo jambo ribi, batangura kugandara+, ntihagira n’umwe muri bo yambara udusharizo twiwe.

  • 2 Samweli 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Yemwe bakobwa ba Isirayeli, nimuririre Sauli,

      We yabambika impuzu z’agahama ziriko ibintu vy’agaciro,

      We yashira udusharizo tw’inzahabu ku vyambarwa vyanyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika