1 Abami 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuri izo mpande zo mu mbavu zari hagati ya nya mitambikwa hariko intambwe+, amashūri+, n’abakerubi+, kandi no hejuru ya nya mitambikwa kwari ukwo. Hejuru no munsi ya nya ntambwe na nya mashūri hari ibitsibo+ bikozwe nk’ibimanitse.
29 Kuri izo mpande zo mu mbavu zari hagati ya nya mitambikwa hariko intambwe+, amashūri+, n’abakerubi+, kandi no hejuru ya nya mitambikwa kwari ukwo. Hejuru no munsi ya nya ntambwe na nya mashūri hari ibitsibo+ bikozwe nk’ibimanitse.