ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 10:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Hariho ingazi zitandatu zishikana kuri nya ntebe y’ubwami, kandi iyo ntebe y’ubwami yari ifise inyuma akarenzo kihese, hakabaho n’aho gushira amaboko hino no hirya iruhande y’aho kwicara, hakaba n’intambwe+ zibiri iruhande y’aho hantu ho gushira amaboko+.

  • 2 Ngoma 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi hariho intambwe+ cumi na zibiri zari ng’aho kuri nya ngazi zitandatu, irya n’ino. Nta bundi bwami bwari bufise intebe y’ubwami ikozwe nka yo+.

  • Ezekiyeli 41:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mu maso h’umuntu haraba ishusho y’ikigazi hino, mu maso h’intambwe y’umukangara y’umugāra hakaraba ishusho y’ikigazi hirya+, bikaba vyari bisaruwe ku nzu yose irya n’ino.

  • Hoseya 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko nzomerera Efurayimu nk’intambwe y’umukangara+, n’inzu ya Yuda nk’intambwe y’umukangara y’umugāra. Jewe nzobatabagura, ngende nsengēse, kandi nta wuzobarokora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika