10 Kandi uko mu maso havyo hasa, uko ari bine vyari bifise mu maso h’umuntu+, bikagira mu maso h’intambwe+ iburyo+, kandi uko ari bine vyari bifise mu maso h’ishūri+ ibubamfu+; uko ari bine kandi vyari bifise mu maso h’inkona+.
7 Ikinyabuzima ca mbere cari kimeze nk’intambwe+, ikinyabuzima ca kabiri na co nk’ikimasa+, ikinyabuzima ca gatatu+ na co cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ikinyabuzima ca kane+ na co kikaba kimeze nk’inkona+ iriko iraguruka.