Ivyahishuwe 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze amatuye+ agashashara kagira gatatu, numva ikinyabuzima kigira gatatu+ kivuga giti: “Ingo!” Hanyuma ngize ntya, mbona ifarasi yirabura; kandi uwuyicayeko yari afise umunzane+ mu minwe.
5 Maze amatuye+ agashashara kagira gatatu, numva ikinyabuzima kigira gatatu+ kivuga giti: “Ingo!” Hanyuma ngize ntya, mbona ifarasi yirabura; kandi uwuyicayeko yari afise umunzane+ mu minwe.