Ezekiyeli 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abandanya kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, ehe muri Yeruzalemu ngira mvune inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+; bazobwirizwa kurya umukate ku gipimo kandi bari mu maganya+, banywe amazi ku ngero kandi bari n’ikinya+,
16 Abandanya kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, ehe muri Yeruzalemu ngira mvune inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+; bazobwirizwa kurya umukate ku gipimo kandi bari mu maganya+, banywe amazi ku ngero kandi bari n’ikinya+,