ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 25:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ku musi ugira icenda+ w’ukwezi kugira kane, ikigoyi+ cari gikaze mu gisagara, kandi nta mukate+ wariho ku bw’abanyagihugu.

  • Yeremiya 37:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Umwami Zedekiya atanga rero itegeko, maze bashira Yeremiya aho acungirwa mu Kigo c’Abarinzi+; nuko baza baramuha ku musi ku musi agakate k’umuzingi kavuye kw’ibarabara ry’abakora igikorwa co kwotsa+, gushika imikate yose iheze mu gisagara+. Yeremiya abandanya kuba mu Kigo c’Abarinzi+.

  • Gucura intimba 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abantu biwe bose baraniha; barondera umukate+.

      Batanze ibintu vyabo bihimbaye kugira baronke utwo kurya, ngo bahembure umutima+.

      Ewe Yehova, raba, witegereze, kuko nsigaye ndi nk’umugore ata co amaze+.

  • Gucura intimba 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Abagandaguwe n’inkota+ bobo vyopfuma kurusha abagandaguwe n’ikigoyi+,

      Kuko bano bagwabira, batobekeranijwe n’ukubura ivyimburwa vyo mu murima.

  • Gucura intimba 5:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Tuzana umukate wacu duhatswe kuhasiga ubuzima+, kubera inkota yo mu gahinga.

  • Ivyahishuwe 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze numva ijwi nk’aho riri hagati+ ya vya binyabuzima bine+ rivuga riti: “Igemeri y’ingano kw’idenariyo*+, n’amagemeri atatu ya sayiri kw’idenariyo; kandi ntihagire ico ugira amavuta y’umwelayo n’umuvinyu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika