63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.
10 “‘“Ni co gituma ba se bazorya abana babo hagati muri wewe+, abana na bo barye ba se, kandi nzoshitsa imanza muri wewe, igisigarira cawe cose ndagisanzarize mu miyaga yose+.”’