1 Abami 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Cari gihagaze ku mashūri cumi n’abiri+: atatu araba mu buraruko, atatu araba mu burengero, atatu araba mu bumanuko, n’atatu araba mu buseruko; ico kiyaga cari hejuru kuri nya mashūri, kandi inyuma hayo hose haraba hagati na hagati+. Ivyahishuwe 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze amatuye agashashara kagira kabiri, numva ikinyabuzima kigira kabiri+ kivuga giti: “Ingo!”
25 Cari gihagaze ku mashūri cumi n’abiri+: atatu araba mu buraruko, atatu araba mu burengero, atatu araba mu bumanuko, n’atatu araba mu buseruko; ico kiyaga cari hejuru kuri nya mashūri, kandi inyuma hayo hose haraba hagati na hagati+.