Ivyahishuwe 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ikinyabuzima ca mbere cari kimeze nk’intambwe+, ikinyabuzima ca kabiri na co nk’ikimasa+, ikinyabuzima ca gatatu+ na co cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ikinyabuzima ca kane+ na co kikaba kimeze nk’inkona+ iriko iraguruka.
7 Ikinyabuzima ca mbere cari kimeze nk’intambwe+, ikinyabuzima ca kabiri na co nk’ikimasa+, ikinyabuzima ca gatatu+ na co cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ikinyabuzima ca kane+ na co kikaba kimeze nk’inkona+ iriko iraguruka.