ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 49:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yuda ni icana c’intambwe+. Uzoduga, mwananje, uvuye ku cacakiwe. Yarunamye, yarigoroye nk’intambwe, kandi vyongeye, nka kurya kw’intambwe, ni nde yokwubahuka kumuvyura+?

  • Guharura 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Raba, igisata c’abantu kizohaguruka nk’intambwe,

      Ciduze nk’intambwe+.

      Ntikizoryama kitararya ico cacakiye,

      Kandi kizonywa amaraso y’abagandaguwe+.”

  • Guharura 24:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Yarunamye, yararyamye nk’intambwe,

      Kandi, nk’intambwe, ni nde yubahuka kumuvyura+?

      Abaguhezagira ni abahezagiwe+,

      Abakuvuma na bo ni ibivume+.”

  • Imigani 28:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ababisha barahunga kandi ata wuriko arabakurikirana+, mugabo abagororotsi bameze nk’intambwe ishize umutima mu nda+.

  • Ivyahishuwe 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo umwe muri ba bakurambere ambwira ati: “Reka kurira. Ehe ya Ntambwe yo mu muryango wa Yuda+, wa muzi+ wa Dawidi+, yaratsinze+ kugira ngo azingurure uwo muzingo amature n’udushashara indwi twawo.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika