Kuvayo 39:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko igikorwa ca ya taberenakulo y’ihema ry’ihuriro cose kirarangira, kuko bene Isirayeli bagumye bakora bisunze ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose+. Bakora kuno nyene. Kuvayo 39:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Musa abona nya gikorwa cose, kandi bari bagikoze nk’uko Yehova yari yategetse. Ukwo ni ko bari bakoze. Ku bw’ivyo rero Musa arabahezagira+.
32 Nuko igikorwa ca ya taberenakulo y’ihema ry’ihuriro cose kirarangira, kuko bene Isirayeli bagumye bakora bisunze ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose+. Bakora kuno nyene.
43 Musa abona nya gikorwa cose, kandi bari bagikoze nk’uko Yehova yari yategetse. Ukwo ni ko bari bakoze. Ku bw’ivyo rero Musa arabahezagira+.