2 Ngoma 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ukwo ni ko Salomo yakoze ivyo bikoresho vyose ari vyinshi cane, kuko uburemere bw’umujumpu butasuzumwa+.
18 Ukwo ni ko Salomo yakoze ivyo bikoresho vyose ari vyinshi cane, kuko uburemere bw’umujumpu butasuzumwa+.