20 Ku bijanye na za nkingi zibiri+, ca kiyaga kimwe+, na ya mashūri cumi n’abiri y’umujumpu+ yari munsi y’ico kiyaga, na ya mashareti, ivyo Umwami Salomo yari yarakoreye inzu ya Yehova+, uburemere bw’umujumpu wavyo ntibwashobora gupimwa, ni ukuvuga ubw’ivyo bikoresho vyose+.