1 Abami 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko ahagarika inkingi+ z’ibaraza+ ry’urusengero. Ahagarika rero inkingi y’iburyo hanyuma ayita Yakini*, maze ahagarika inkingi y’ibubamfu hanyuma ayita Bowazi*.
21 Nuko ahagarika inkingi+ z’ibaraza+ ry’urusengero. Ahagarika rero inkingi y’iburyo hanyuma ayita Yakini*, maze ahagarika inkingi y’ibubamfu hanyuma ayita Bowazi*.