ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ibaraza+ ry’imbere y’urusengero rya nya nzu ryari rifise uburebure bw’amatambwe mirongo ibiri, imbere y’ubwaguke bw’iyo nzu. Ubwimbike bwaryo bwari amatambwe cumi, imbere y’iyo nzu.

  • 1 Abami 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nayo ku vyerekeye ico kigo kinini, irya n’ino yaco hari imisitari itatu+ y’amabuye abajwe be n’umusitari w’ibibaho vy’isederi; ivyo ni ko vyari no kuri ca kigo c’imbere+ c’inzu+ ya Yehova no kw’ibaraza+ ry’iyo nzu.

  • Ezekiyeli 40:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Araheza anzana mw’ibaraza ry’iyo nzu+, agera inkingi yo mu mbavu ya nya baraza, iba amatambwe atanu hino n’amatambwe atanu hirya. Ubwaguke bw’irembo bwari amatambwe atatu hino n’amatambwe atatu hirya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika