1 Abami 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibaraza+ ry’imbere y’urusengero rya nya nzu ryari rifise uburebure bw’amatambwe mirongo ibiri, imbere y’ubwaguke bw’iyo nzu. Ubwimbike bwaryo bwari amatambwe cumi, imbere y’iyo nzu. 2 Ngoma 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibaraza+ ryari imbere y’iyo nzu, imbere y’ubwaguke bwayo, ryari rifise amatambwe mirongo ibiri, amahagarara yaryo na yo akaba amatambwe ijana na mirongo ibiri; nuko indani ayihomekako inzahabu itavanze.
3 Ibaraza+ ry’imbere y’urusengero rya nya nzu ryari rifise uburebure bw’amatambwe mirongo ibiri, imbere y’ubwaguke bw’iyo nzu. Ubwimbike bwaryo bwari amatambwe cumi, imbere y’iyo nzu.
4 Ibaraza+ ryari imbere y’iyo nzu, imbere y’ubwaguke bwayo, ryari rifise amatambwe mirongo ibiri, amahagarara yaryo na yo akaba amatambwe ijana na mirongo ibiri; nuko indani ayihomekako inzahabu itavanze.