2 Abami 25:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nayo za nkingi zibiri, ca kiyaga kimwe, na ya mashareti Salomo yari yarakoreye inzu ya Yehova, uburemere bw’umujumpu bw’ivyo bikoresho vyose ntibwashobora kumenyekana+.
16 Nayo za nkingi zibiri, ca kiyaga kimwe, na ya mashareti Salomo yari yarakoreye inzu ya Yehova, uburemere bw’umujumpu bw’ivyo bikoresho vyose ntibwashobora kumenyekana+.