ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 32:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Maze avuga ati: “Ntuciswe Yakobo, mugabo uzokwitwa Isirayeli+, kuko wanyinyanye+ n’Imana n’abantu amaherezo ugatahukana intsinzi.”

  • Kuvayo 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze Imana yongera kubwira Musa iti:

      “Ibi ni vyo uzobwira bene Isirayeli: ‘Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu, Imana ya Aburahamu+, Imana ya Izahaki+ n’Imana ya Yakobo+, yabantumyeko.’ Iryo ni ryo zina ryanje gushika igihe kitagira urugero*+, kandi ico ni co cibutso canje iyaruka ku rindi+.

  • 1 Ngoma 29:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze Dawidi ahezagira+ Yehova mu maso y’ishengero ryose+, ati: “Uragahezagirwa+, ewe Yehova Mana ya Isirayeli+ data, kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika