Guharura 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nya muherezi aze arahize rero uwo mugore indahiro irimwo ukwivuma+, maze uwo muherezi abwire nya mugore ati: “Yehova akugire umuvumo n’indahiro mu bantu bawe, Yehova ubwiwe areke itako+ ryawe rinyunyuke n’inda yawe ivyimbe. Gusubira mu vyagezwe 29:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova ntazoshima kumubabarira+, ahubwo nyabuna ishavu rya Yehova+ n’ishaka ryiwe+ bizofumbira umwotsi uwo muntu+, kandi indahiro yose yanditse muri iki gitabu+ izomugumako ata kabuza, kandi Yehova azohanagura koko izina ryiwe munsi y’amajuru. 2 Ngoma 34:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira nteze ivyago+ aha hantu n’abahaba+, imivumo yose+ yanditswe muri ico gitabu basomeye imbere y’umwami wa Yuda+,
21 Nya muherezi aze arahize rero uwo mugore indahiro irimwo ukwivuma+, maze uwo muherezi abwire nya mugore ati: “Yehova akugire umuvumo n’indahiro mu bantu bawe, Yehova ubwiwe areke itako+ ryawe rinyunyuke n’inda yawe ivyimbe.
20 Yehova ntazoshima kumubabarira+, ahubwo nyabuna ishavu rya Yehova+ n’ishaka ryiwe+ bizofumbira umwotsi uwo muntu+, kandi indahiro yose yanditse muri iki gitabu+ izomugumako ata kabuza, kandi Yehova azohanagura koko izina ryiwe munsi y’amajuru.
24 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira nteze ivyago+ aha hantu n’abahaba+, imivumo yose+ yanditswe muri ico gitabu basomeye imbere y’umwami wa Yuda+,