ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 6:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Maze Yosuwa arahiza indahiro ico gihe nyene ati: “Arakavumwa imbere ya Yehova umugabo azohaguruka akubaka koko iki gisagara, egome, iki gisagara Yeriko. Niyashinga umushinge waco aze abure imfura yiwe, kandi niyahagarika imiryango yaco aze abure umuhererezi wiwe+.”

  • 1 Samweli 14:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Abagabo ba Isirayeli bari bamerewe nabi kuri uwo musi, yamara Sauli arahiza abantu+ ati: “Aravumwe umuntu aza kugira ico ariye imbere yo ku mugoroba, gushika nihoye+ abansi banje!” Nuko ntihagira n’umwe mu bantu agira ico ahonja+.

  • 1 Abami 8:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 “Umuntu niyacumura kuri mugenziwe+, maze uno agashira umuvumo kuri we kugira ngo atume aba uwushobora gushikirwa na nya muvumo+, hanyuma akaza ari muri nya muvumo imbere y’igicaniro cawe muri iyi nzu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika