Gusubira mu vyagezwe 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Niwaraganira indagano Yehova+ Imana yawe, ntuze utebagane kuyishitsa+, kuko Yehova Imana yawe atazobura kuyikwishuza, bikakubera igicumuro+. Abacamanza 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma abwira abagabo b’i Sukoti+ ati: “Ndabinginze muhe utumanyu tw’umukate abantu bariko bakurikira intambuko zanje+, kuko barushe nanje nkaba nomye inyuma Zeba+ na Zalumuna+, abami ba Midiyani.” 2 Samweli 17:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 n’ubuki+, n’amasoro+, n’intama, n’urubu rw’inka, babizanira Dawidi n’abantu bari kumwe na we kugira ngo barye+, kuko bavuga bati: “Abantu barashonje, bararushe kandi baranyotewe mu gahinga+.” Zaburi 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+.
21 “Niwaraganira indagano Yehova+ Imana yawe, ntuze utebagane kuyishitsa+, kuko Yehova Imana yawe atazobura kuyikwishuza, bikakubera igicumuro+.
5 Mu nyuma abwira abagabo b’i Sukoti+ ati: “Ndabinginze muhe utumanyu tw’umukate abantu bariko bakurikira intambuko zanje+, kuko barushe nanje nkaba nomye inyuma Zeba+ na Zalumuna+, abami ba Midiyani.”
29 n’ubuki+, n’amasoro+, n’intama, n’urubu rw’inka, babizanira Dawidi n’abantu bari kumwe na we kugira ngo barye+, kuko bavuga bati: “Abantu barashonje, bararushe kandi baranyotewe mu gahinga+.”
4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+.