Itanguriro 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Araheza afata amasoro n’amata na nya kimasa yari yateguye, abishira imbere yabo+. Maze ubwiwe aguma ahagaze iruhande yabo munsi y’igiti igihe bariko bararya+. Imigani 30:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kuko guterera amata ari vyo bizana amasoro, kandi gufyonda izuru ni vyo bizana amaraso, kandi kuvyura ishavu ni vyo bizana imitongano+.
8 Araheza afata amasoro n’amata na nya kimasa yari yateguye, abishira imbere yabo+. Maze ubwiwe aguma ahagaze iruhande yabo munsi y’igiti igihe bariko bararya+.
33 Kuko guterera amata ari vyo bizana amasoro, kandi gufyonda izuru ni vyo bizana amaraso, kandi kuvyura ishavu ni vyo bizana imitongano+.