Umusiguzi 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntiwemerere akanwa kawe gucumuza umubiri wawe+, eka ntunavuge imbere y’umumarayika+ yuko kwari ukwihenda+. Kubera iki Imana y’ukuri yorakara kubera ijwi ryawe, ikabwirizwa gusambura igikorwa c’amaboko yawe+? Abaroma 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 batagira ugutegera+, bata amasezerano+, batiyumvamwo ababo+, abatagira imbabazi+. Yakobo 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba rero umuntu azi gukora ibigororotse yamara ntabikore+, bimubera igicumuro+.
6 Ntiwemerere akanwa kawe gucumuza umubiri wawe+, eka ntunavuge imbere y’umumarayika+ yuko kwari ukwihenda+. Kubera iki Imana y’ukuri yorakara kubera ijwi ryawe, ikabwirizwa gusambura igikorwa c’amaboko yawe+?