Zaburi 127:1 Bibiliya y’isi nshasha 127 Yehova ubwiwe atubatse inzu+,Abubatsi bayo baba baruhiye ubusa+.Yehova ubwiwe atarinze igisagara+,Umurinzi aba yagumye arikanuriye ubusa+. Hagayi 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nagumye mpamagara uruzuba ngo ruze kw’isi, ku misozi, ku ntete, ku muvinyu mushasha+, ku mavuta, ku vyo ubutaka bwokwamye, ku muntu yakuwe mw’ivu, ku gitungwa no ku vyo amaboko acumukurira vyose+.’” 2 Yohani 8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mwiyubare, kugira ngo ntimutakaze ibintu twashitseko biciye ku gikorwa twakoze, mugabo kugira muronke impembo yuzuye+.
127 Yehova ubwiwe atubatse inzu+,Abubatsi bayo baba baruhiye ubusa+.Yehova ubwiwe atarinze igisagara+,Umurinzi aba yagumye arikanuriye ubusa+.
11 Nagumye mpamagara uruzuba ngo ruze kw’isi, ku misozi, ku ntete, ku muvinyu mushasha+, ku mavuta, ku vyo ubutaka bwokwamye, ku muntu yakuwe mw’ivu, ku gitungwa no ku vyo amaboko acumukurira vyose+.’”
8 Mwiyubare, kugira ngo ntimutakaze ibintu twashitseko biciye ku gikorwa twakoze, mugabo kugira muronke impembo yuzuye+.