ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 11:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Amukubise ijisho, aca atantamura impuzu ziwe+, maze avuga ati: “Yoo, ewe mukobwa wanje! Unteye kwicurikira koko, kandi ni wewe ubaye uwo nariko nkumīra. Jewe nateranuriye akanwa Yehova, nkaba rero ntashobora kwisubirako+.”

  • Yakobo 1:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nimba umuntu yibwira ko ari uwusenga mu buryo nyabwo+ yamara ntajiginyike* ururimi rwiwe+, mugabo akabandanya guhenda umutima wiwe bwite+, ugusenga kw’uwo muntu nta co kuba kumaze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika