Imigani 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uwutanga cane azodoheshwa+, kandi uwuvomēra abandi ku bwinshi na we ubwiwe azovomērwa ku bwinshi+. Ivyakozwe 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma abantu bavuga ururimi rw’urunyamahanga batugirira ubuntu bw’akataraboneka+, kuko baducaniye umuriro bongera baratwakira batugirira neza kubera imvura yariko iragwa no kubera ubukanye+.
25 Uwutanga cane azodoheshwa+, kandi uwuvomēra abandi ku bwinshi na we ubwiwe azovomērwa ku bwinshi+.
2 Hanyuma abantu bavuga ururimi rw’urunyamahanga batugirira ubuntu bw’akataraboneka+, kuko baducaniye umuriro bongera baratwakira batugirira neza kubera imvura yariko iragwa no kubera ubukanye+.