Imigani 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ikintu co kwipfuzwa mu muntu yakuwe mw’ivu ni ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+; kandi ntahonikora aruta umuntu w’umubeshi+. Ivyakozwe 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku musi ukurikira dushika i Sidoni, maze Yuliyo afatana ubuntu Paulo+ hanyuma aramwemerera kuja ku bagenzi biwe, akitwararikwa na bo+.
22 Ikintu co kwipfuzwa mu muntu yakuwe mw’ivu ni ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+; kandi ntahonikora aruta umuntu w’umubeshi+.
3 Ku musi ukurikira dushika i Sidoni, maze Yuliyo afatana ubuntu Paulo+ hanyuma aramwemerera kuja ku bagenzi biwe, akitwararikwa na bo+.