Imigani 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ikintu co kwipfuzwa mu muntu yakuwe mw’ivu ni ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+; kandi ntahonikora aruta umuntu w’umubeshi+. Ivyakozwe 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Aho amaherezo twinjiriye i Roma, Paulo yemererwa+ kuba ukwa wenyene ari kumwe n’umusoda amucunze.
22 Ikintu co kwipfuzwa mu muntu yakuwe mw’ivu ni ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+; kandi ntahonikora aruta umuntu w’umubeshi+.