Abalewi 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+. 2 Abami 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma haduka ikigoyi gikomeye i Samariya+; maze ehe, barahugariza gushika aho umutwe w’indogobwa+ uba uwuciye ibice mirongo umunani vy’ifeza, ica kane c’ingero ya kabu* y’amavyi+ y’inuma na co kiba igiciye ibice bitanu vy’ifeza.
16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+.
25 Mu nyuma haduka ikigoyi gikomeye i Samariya+; maze ehe, barahugariza gushika aho umutwe w’indogobwa+ uba uwuciye ibice mirongo umunani vy’ifeza, ica kane c’ingero ya kabu* y’amavyi+ y’inuma na co kiba igiciye ibice bitanu vy’ifeza.