Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+. Gusubira mu vyagezwe 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma ntangura gutakambira+ Yehova mvuga nti: ‘Ewe Mukama Segaba Yehova, ntuhonye abantu bawe, inyegu wiharije+, abo wacunguje ubukuru bwawe, abo wakuje mu Misiri+ ikiganza gikomeye+. Gusubira mu vyagezwe 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.
5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.
26 Hanyuma ntangura gutakambira+ Yehova mvuga nti: ‘Ewe Mukama Segaba Yehova, ntuhonye abantu bawe, inyegu wiharije+, abo wacunguje ubukuru bwawe, abo wakuje mu Misiri+ ikiganza gikomeye+.
8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.