2 Ngoma 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Gutyo Salomo arangiza inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+; kandi mu kintu cose Salomo yari yariyumviriye mu mutima wiwe gukora ku bijanye n’inzu ya Yehova be n’inzu yiwe, araroranirwa.
11 Gutyo Salomo arangiza inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+; kandi mu kintu cose Salomo yari yariyumviriye mu mutima wiwe gukora ku bijanye n’inzu ya Yehova be n’inzu yiwe, araroranirwa.