1 Abami 6:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mu mwaka ugira kane bashinga umushinge+ w’inzu ya Yehova, mu kwezi* kwa Zivu+; 1 Abami 6:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 mu mwaka ugira cumi na rimwe, mu kwezi kwa Buli, ni ukuvuga ukwezi kw’umunani, nya nzu irarangizwa+ ku bijanye n’utuntu twayo twose be n’umugero wayo+ wose; ku buryo yamaze imyaka indwi ayubaka.
38 mu mwaka ugira cumi na rimwe, mu kwezi kwa Buli, ni ukuvuga ukwezi kw’umunani, nya nzu irarangizwa+ ku bijanye n’utuntu twayo twose be n’umugero wayo+ wose; ku buryo yamaze imyaka indwi ayubaka.